gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Uburundi buvuga ko butabona aho buhera mu gutabara Abarundi barenga 70 bamaze amezi 6 bapfungiwe ku kibuga c’indege ca Manila Ninoy Aquino muri Filipine.M23 yemeza ko yigaruriye igisagara ca Masisi kiri mu bikomeye muri Kongo. Gusezera mu cubahiro Jimmy Carter yabaye prezida wa Amerika birabandanya.
Amakuru y'Akarere
Uburundi buvuga ko butabona aho buhera mu gutabara Abarundi barenga 70 bamaze amezi 6 bapfungiwe ku kibuga c’indege ca Manille muri Filipine. M23 yemeza ko yigaruriye igisagara ca Masisi kiri buseruko bwa Kongo. Gusezera mu cubahiro Jimmy Carter yabaye prezida wa Amerika ugize uwa 39 birabandanya.
Amakuru ku Mugoroba
Inteko ishinga amategeko ya Amerika yatangiye imirimo yo kwemeza burundu Donald Trump nka prezida. Kamala Harris arayobora iyo mihango. Umushikiranganji wa mbere wa Canada yatangaje ko azotanga imihoho. Umuhungu wa Prezida wa Uganda yigamvye ko ashaka guca umutwe Bobi Wine, utavuga rumwe na Museveni