Amakuru yo muri iki gitondo, aza gushimikira kw'irahira rya Donald Trump nka prezida wa 47 wa Amerika
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Prezida Donald Trump yasinye amategeko atandukanye arimwo ayavana Amerikika muri OMS no mu masezerano y'ivy'ibidukikije yitiriwe Paris. Amerika na Afuganistani bahahanye imbohe. Umuntamategeko Moise Nyarugabo aratabariza abanyagihugu b’Abakongomani.