gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, bamwe mu bakenyezi bari mu mashirahamwe baragabura umwimbu uva ku ngurane abanywanyi bagiye bararyungukira. Trump yahaye urubuga rwa TikTok iminsi 75 yo kuba rurakora vy’imfatakibanza. ONU rikeneye vyihuta imiliyoni 910 mu madorari y’Amerika yo gufasha abanyagihugu bo muri Nijeriya.
13:00 - 13:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Imirwano ikaze hagati y’ingabo za leta ya Kongo na M23 yakomereje muri santere ya Sake no mu nkengero zawo kuva mu gitondo cyo kuri uyu wa kane. Perezida wa Amerika Donald Trump yaraye ahagaritse ingendo z'impunzi zari zaremerewe kuza muri Amerika. Amashirahamwe 7 yo mu Bufaransa yitwariye TikTok.