gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Prezida w'Uburundi yirukanye mu kazi kabo abategetsi 3 bo mu biro vyiwe, abagiriza guhemuka. Prezida w'u Rwanda yiteze ko ubutegetsi busha bwa Amerika buzana impinduka muri Kongo. Ubutungane muri New York buraza gusomera Trump igihano mu rubanza yatsinzwe ku byaha byo kwica amategeko agenga amatora
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Inkongi y’umuriro yibasiye umujyi wa Los Angeles muri Leta ya California imaze guhitana abantu 10. Kongo yahagaritse televiziyo mpuzamakungu Al Jazeera. Isiraheri yagabye ibitero ku ba Houthi bo muri Yemen. Urukiko mpanabyaha rwafashe icyemezo cyo gusesa urubanza rwa perezida watowe, Donald Trump.