gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Prezida wa Amerika Joe Biden ari mu rugendo rw'akazi muri Angola.Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana yanse kwitabira iburanishwa ryiwe.Mu Burundi, amashamba yavuye ku bice 40% vy’uburinganire bugize ubutaka bw’Uburundi mu myaka y’1990, aja kubice biri munsi ya 20% muri kino gihe.
13:00 - 13:29
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Abagendana ubumuga batwara ibicuruzwa byambukiranya imipaka hagati ya Kongo n’Uburundi bishimiye ko akazi kabo kabateje imbere. Intambara yongeye kubura mu burasirazuba bwa Kongo, hagati ya FARDC n’umutwe wa M23. Perezida Joe Biden akomeje urugendo muri Angola. Yasuye ingoro ndangamuco y'ubucakara.