gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Prezida Ndayishimiye w'Uburundi yagirije u Rwanda gukora ibikorwa vy'Iterabwoba mu Burundi.Ishirahamwe ry'umuryango w'Ubumwe bw'Ubulaya ryongereje ibihanro ryafatiye abategetsi ba Kongo.Igisirikare ca Isirayeri catangaje ko abasirikare bane baco baguye mu ngwano yabereye mu bumanuko bwa Libani
Murisanga
Mu kiganiro Murisanga turarabira hamwe n’umutumire ibijanye n’umugambi wo gutanguza iradiyo, yitwa “Mutcho Radio”, izohora itangaza amakuru ajanye na kahise k’Abanyafrika b’abimukira. Izoba ifise umugambi wo gutunganya ibiganiro bishira hamwe abatuye muri Canada bose, bafise amamuko muri Afrika.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi bamwe mu banyamakuru ntibanyuzwe n’itegeko CNC ishaka ko bemeza ngo rizabagenge mu gihe cy’amatora. Intumwa idasanzwe ya ONU muri Siriya isaba ko hajyaho inzego z’ubutegetsi bw’inzibacyuho. Ubufaransa bwatangiye gukura indege zabwo z’intambara zo mu bwoko bwa Mirage, mu gihugu cya Cadi.