gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Ali Hassan Mwinyi, wahoze ari umukuru w’igihugu cya Tanzaniya yaraye atabarutse Burundi: Umuvuzi gakondo witwa Nkurunziza Jean Marie yabaye ikirangirire mu kuvura amarozi Abategarugoli bakora isuku mu mujyi wa Kigali babayeho bate? Amerika irashaka ko intambara muri Gaza ihagarara byihuse
Murisanga
Muri Murisanga y'uno munsi, tugaruka ku migambi itandukanye Amerika icisha mu buserukizi bwayo mu bihugu vyo mu karere k'ibiyaga binini, kugira ishigikire ubumenyi n'inyigisho mu rwaruka. Umutumire ni Ramadhani Sintuka. Mu vyo Sintuka ajejwe muri Ambassade y'Amerika, harimwo ivy'iyo migambi.
Amakuru ku Mugoroba
Burundi: Ishyirahamwe Olucome riramagana ibitero by'umutwe w’inyeshyamba Red Tabara RDC: amashyirahamwe y’abagore aramagana icyorezo cyo gufata ku ngufu Kenya na Haiti basinye amasezerano y’ubufatanye mu rwego rw’umutekano. Uburenganzira bwo kwishyira ukizana bwaragabanutse cyane kw’isi