gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
Murisanga
Muri Murisanga y’uno munsi, tugaruka ku kamaro ko kumenya ururimi kavukikre. Diane Nininahazwe yatumiye Justine Hakizimana aba muri Canada akaba yigisha Ikirundi biciye ku buhinga bwa none, na Eric Twagirimana yatanguje ishure ryitwa Umuco ryo mu Bubirigi. Umuco, ryigisha Ikinyarwanda n’invyino.
Presenter:
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uburundi buravuga ko bumaze kwakira impunzi zirenga ibihumbi 10 ziva muri Kongo. Muri Uganda umunyapolitike Kizza Besigye utavuga rumwe n’ubutegetsi ararembye. Umushumba wa Kiliziya gatulika Papa Fransisiko ari mu bitaro. Amerika n’Arabiya Sawudite biraganira ku ntambara y’ Uburusiya na Ukraine