gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu gihe abarwanyi ba M23 baraye bigaruriye ikibuga c’indege ca Kavumu kiri I Bukavu, I Addis ababeba muri Etiyopiya, hariko habera inama igira 38 y’umuryango w’ubumwe bwa Afurika iriko ishimikira ku mutekano wa Kongo. Uburundi bwirukanye abakozi 2 ba ONU barimwo uwuserukira PAM muri ico gihugu.