gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda 20 baraye baguye mu mpanuka y’imodoka ya bisi nini itwara abagenzi yabereye mu murenge wa Rusiga mu karere ka Rulindo. Mu Burundi abanyagihugu baba mu ntara ya Makamba ihana urubibe na Tanzaniya bavuga ko ata makuru akwiye bafise kukiza ca Marburg. Abanduye Ebola muri Uganda bageze ku 10.
16:00 - 16:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Itsinda ry'abepiskopi Katorika n'abayobozi b'amadini y'abaprotestanti bo muri Kongo bakoranye ibiganiro n'abayobozi ba M23. Umukuru wa Reta ya Kiyisilamu yaguye mu bitero vy'indege z'Intambara za Amerika muri Somaliya. Siriya iri mu myiteguro yo gushirao reta nshasha mu kwezi kwa gatatu.