gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Perezida Donald Trump w’Amerika yagejeje ijambo ku mitwe yombi y’inteko ishinga amategeko. Perezida Trump yatangaje ko azongera indi misoro ku bicuruzwa biva muri Megizike, Kanada, n’Ubushinwa. Ubwongereza bwemeje ko butazaha u Rwanda andi mafaranga muri gahunda yapfubye yo koherezayo abimukira.
Iwanyu mu ntara

Murisanga
Mu kiganiro “Murisanga” c’uyu musi turavuga ku nama y’abashikiranganji bajejwe ikigega n’abakuru b’amabanki makuru bo mu bihugu 20 bitunze n’ibiriko biratera imbere kurusha ibindi kw’isi aho batashoboye kumvikana kw’itangazo risozera inama iherutse kubera mu gisagara ca Cape Town muri Afrika y’epfo.