gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Imvururu zo muri Siriya zimaze guhitana abarenga 1000 mu kiringo c’imisi 3 gusa. Amerika yataye muri yompi Umunyarwanda Dieudonne Ishimwe ( Prince Kid), yarondezwa kubera "ivyaha vyo gufata ku nguvu yagirizwa". Uwukekwa Kuba icihebe yarasiwe mu micungararo y'ingoro ya prezida wa Amerika.
Iwanyu mu ntara

Murisanga
Bimwe mu bihugu bikomeye n'imiryango mpuzahanga bimaze iminsi bifatira u Rwanda ibihano n’ingamba mu byerekeye ubucuruzi na dipolomasi. Ibi bihano n’izi ngamba bifite ngaruka ku bukungu bw’u Rwanda no ku mibereho y’abaturage? Abashinzwe gutsura ubukungu bw’igihugu babyifatamo bate? Ni byo tugarukaho
Amakuru ku Mugoroba
Urudandazwa hagati y’Uburundi na Kongo, rwarahagaze kubera ikibazo c’umutekano muke. Kongo yipfuza gukorana na Amerika amasezerano mu vy'ubutare n’amabuye y’agaciro, nayo ikayifasha gucungera umutekano. Amerika yafuse burundu ibice 83% vy’imigambi y'iteramabere yakorera mu mahanga.