gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, umugambi w’uburaro bwiza umaze imyaka irenga 15 utunganijwe nturatangura. Amerika yararungitse izindi nteko ibihumbi 3 ku mupaka ihana na Megezike. Prezida Donald Trump yemeje icongereza nk’ururimi rukuru rukoreshwa muri Amerika. PAM igiye guhagarika ibikorwa vyaryo muri Afurika y’Epfo.
Iwanyu mu ntara
Canada yafashe ingingo yo guhagarika imwe mu migambi yakorana n'u Rwanda kubera intambara ya Kongo. Mu Rwanda, "ibice 51% vy'abakora imibonano mpuzabitsina babitangura bari munsi y'imyaka 12". Mu Burundi, umugambi w’uburaro bwiza umaze imyaka irenga 15 utunganijwe nturatangura gushirwa mu ngiro.
Amakuru ku Mugoroba
Perezida w'Amerika arageza ijambo kuri Kongere, agaragaze bimwe mu byaranze ibyumweru bye bya mbere ku buyobozi. Amerika yadugije amatagisi ku bidandazwa vya Kanada na Megezike. Kanada yafatiye u Rwanda ibihano. U Rwanda rusaba Ubwongereza miliyoni zirenga 63 kubera ko bwahagaritse amasezerano.