Radio
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
Murisanga
Turavuga ku ngaruka zimwe mu ngingo n’imigambi vya Reta ya Prezida wa Reta Zunze Ubumwe Za Amerika, Donald Trump bishobora kugira ku bihugu vyo muri Afrika. Imwe muri izo ngingo n’iyihagarika imfashanyo Amerika iha ibihugu vyo mu mahanga mu kiringo c’imisi 90, n’iyerekeye ukuva kwa Amerika muri OMS.
19:30 - 19:59