Radio
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda, bamwe mu banyagihugu barokotse Jenoside bubakanye n’abo badasangiye ubwoko, bavuga ko hari serivise badahabwa.Jimmy Carter yahoze ari prezida wa Amerika, azoshingurwana iteka igenekerezo rya 9.Abapolisi mu murwa mukuru wa Kenya, Nairobi, baraye barashe ibyuka biryana mu maso mu biyerekana
Amakuru y'Akarere

Amakuru ku Mugoroba
Mu masaha make, turatangira umwaka wa 2025. Hirya no hino kw'isi, abantu batangiye kwifurizanya ubuzima bwiza n'imigisha. Inyeshyamba z’Abahuthi bo muri Yemeni, zishyigikiwe na Irani, ziratangaza ko zarashe misile ebyiri ku butaka bwa Isiraheri. Ubufaransa bwagabye ibitero by'indege muri Siriya.