Radio
04:30 - 05:00

Ejo
Ejo ni ikiganiro cy'iminota 30 gitegurwa n'urubyiruko rwo mu Rwanda, kibanda ku bibazo binyuranye ruhura na byo. Ibyo birimo kwihangira imirimo, guteza imbere umuco wo kuganiro mu cyubahiro, no gushimangira ubumwe n'ubwiyunge mu karere k'ibiyaga bigari by'Afurika.
16:00 - 16:59
Murisanga
Mu kiganiro umuririmvyi Aline Gahongayire wo mu Rwanda yagiranye n'Ijwi ry'Amerika mu ntango z'uno mwaka, yavuze ko mu ndirimbo ariko arakorerako harimwo iyo ariko ategurana n'umuririmvyi w'Umurundi, Kidumu. Aline na Kidumu bose bari abatumire muri Murisanga yatanguye umwaka, aho bagarutse ku migambi yabo itandukanye yo muri uno mwaka w'2022 n'ivyo baranguye mu 2021. Fyonda munsi wumve igice c'ikiganiro bagiranye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe
Presenter: