Radio
Amakuru mu Gitondo
Muri Amerika, FBI, yatangaje umwirondoro w’umugabo yicishije imodoka abantu 15 mu gisagara ca New Orleans . Muri Kongo, urukiko rwa gisirikare rwakatiye igihano cyo kwicwa abasirikare 13. Perezida wa Kenya yemeye ko abapolisi bakoze amabi atandukanye ku baturage bari mu myigaragambyo.
Iwanyu mu ntara
Umurwi utunganya amatora mu Burundi, CENI wavanye Agathon Rwasa ku rutonde rw’abemerewe kwitoza mu matora y’abashingamateka. Umuntu umwe yahitanywe n’umucanwa wadutse mu modoka yo mu bwoko bwa Tesla yahiriye imbere y’ihoteri ya Donald Trump iri mu gisagara ca Las Vegas muri Reta ya Nevada.
Amakuru y'Akarere