Radio
05:30 - 06:00
Amakuru mu Gitondo
Mu mujyi wa Uvira mu ntara ya Kivu y’Epfo, abaturage baraye bakoze imyigaragambyo yo kwamagana intambara yo muri Kivu ya Ruguru. Aya makuru aribanda cyane kuri iyi ntambara y’i Goma. Turagaruka no ku ntambara yo muri Darfur, no kwirukana abimukira badafite ibya ngombwa muri Amerika.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru yo kuri uno mugoroba, aza gushimikira ku kibazo c'umutekano wa Kongo. Umurwi wa M23 uvuga ko inyuma yo gufata igisagara ca Goma, uzofata n'ibindi bice birimwo Kinshasa. Indongozi zawo zabivugiye mu kiganiro zahaye abamenyeshhamakuru. Uburundi nabwo buvuga ko buzobandanya gufasha Kongo.