Inyuma y’aho umurwi CNI ujejwe gutunganya amatora mu Burundi utangarije ikirangamisi c’amatora bamwe mu bazokwitoza, bariko baramenyekana. Mu kiganiro Murisanga, umwe muri bo, Dieudonne Nahimana, azokwitoza ku giti ciwe, adaciye ku mugambwe agiye tubwira ukuntu yiteguriye ico gikorwa