Papa Francis, yatangaje ko bigaragara, kw’ikibazo c’abantu barondera kuja kuba, mu karere k’i Bulaya, gikenewe kw’amakungu acicarira kurushiriza.
Papa Francis, yariyamirije ibitero vy’umurwi, Islamic State, ku ba Kristu, n’ayandi madidni ari ku rushi, mu bihugu vya Iraki na Syria.