Uko wahagera

Vladimir Putin Ashobora Kuguma ku Butegetsi Gushika mu 2036


Perezida w'Uburusiya Vladimir Putin
Perezida w'Uburusiya Vladimir Putin

Perezida w’Uburusiya Vladimir Putin yasinye itegeko rimuha uburenganzira bwo kwongera kwiyamamariza izindi manda ebyiri. Manda ye y’ubuyobozi arimo ubu izaba irangiye mu mwaka wa 2024.

Ibi bigaragara mu nyandiko yashyizwe kuri uyu wa mbere kuri site web ya guverinema. Ni itegeko, rishobora guha Putin inzira yo kuguma ku butegetsi kuzageza mu mwaka wa 2036, igihe yahitamo kubikora no kwongera gutsinda itora. Ibi bikaba bigaragaza impinduka zashyizwe mw’itegeko nshinga ry’Uburusiya mu mwaka ushize.

  • 16x9 Image

    Diane Nininahazwe

    Diane Nininahazwe akorera igisata c'Ikirundi n'Ikinyarwanda kuva mu 2015. Imbere yo gutangura gukorera ku cicaro gikuru i Washington-DC nk'umumenyeshamakuru n'uwushinzwe imbuga ngurukanabumenyi z'ico gisata (Digital Lead), yakoreye Ijwi ry'Amerika mu Burundi, i Buraya ku murwa mukuru w'Ubudagi i Berlin, no mu gisagara ca Los Angeles muri Reta ya California iri mu burengero bushira ubumanuko bw'Amerika. Umwuga wo kumenyesha amakuru yawutanguye mu 2004 aho yakoreye ibimenyeshamakuru bitandukanye birimwo iradiyo yigenga Bonesha Fm n'ikimenyeshamakuru c'Abafaransa, Le Point Afrique. Imbere yo gukorera Ijwi ry'Amerika, Nininahazwe yarakoze nk'umumenyeshamakuru yigenga ibiganiro vy'amashirahamwe yigenga arimwo iryo mu Buholande, La Benevolencija, iry'Abanyamerika, PSI, iry'Abadagi, EIREN, na CED-Caritas Burundi. Kuva mu 2011, ari mu murwi w'abamenyeshamakuru igisata ca ONU kiraba ivy'ubutunzi, UNECA, gikoresha nk'abigenga mu gukurikirana amanama mpuzamakungu ku vy'ihindagurika ry'ibihe n'iterambere rirama. Afise impamyabushobozi ya kaminuza mu gisata co kumenyesha amakuru mu bijanye n'iterambere (Communication Pour le Développement), n'urupapuro mu vy'umwuga wo kumenyesha amakuru muri rusangi (Multimedia Journalism). Amaze gutahukana ubushimwe butandukanye mu vy'ukumenyesha amakuru burimwo bubiri mpuzamakungu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG