Yabwiye abamenyeshamakuru ko icegere ciwe camwugaranye kimubuza kwinjira, ku mategeko yatanzwe n’abasirikare batembagaje ubutegetsi.
U Rwanda rwatanguye indwi yo kwibuka jenoside yakorewe Abatutsi, yabanjirijwe n'umuhango wo gucana urumuri rw'icizere. Ni umuhango wayobowe na Perezida Paul Kagame ari kumwe n'umufasha wiwe.
Netanyahu aregwa ibyaha bya ruswa. We arabihakana. Ni we minisitiri w'intebe wa Isirayeli wa mbere na mbere uburanishijwe akiri ku butegetsi.
Voma ibindi