Umukandida Donald Trump n’umuryango we batora mu gace ka Manhattan mu mujyi wa New York.
Umutekano wakajijwe cyane mu mujyi wa New York kuko abakandida perezida, Hillary Clinon na Donald Trump, ari ho baza kuvugira ijambo rya nyuma uwatowe amaze kumenyekana.
Muri aya matora, hari leta nkeya zihatanirwa kurusha izindi
Muri Amerika, guhererekanya ubutegetsi mw’ituze ni ihame ryinjiye mu mico n’imigenzo y’abaturage n’abayobozi mu nzego zose.
Hillary Clinton yipfuza kuzosiga kahise nk'umuperezida w'umukenyezi
Voma ibindi