Burundi: Abanyagihugu Baridoga ko Bataronka Inoti Nshasha z'Ibihumbi 10 na 5

BRB

Abanyagihugu bo mu ntara zitandukanye baridoga ko bataronka inoti nshasha z'ibihumbi 10 n'ibihumbi 5 mu gihe aya kera bayatanze mu ndwi iheze ku biro vy'amazone yabo bemerewe kuronswa nshasha.

N'abakiriya b'amabanki imyidogo n'imwe. Bamenyesha ko bibagora kuronka igitigiri c'amafaranga bifuza kandi bayafise kuma konti yabo.

Eloge Willy Kaneza i Nairobi muri Kenya

Your browser doesn’t support HTML5

Ubukene bw'Inoti Nshasha mu Burundi