Burundi: Abahunze Basaba Ndayishimiye Kuzokosora Imbonerakure

Bamwe mu Rwaruka rw'imbonerakure rwitwaje ibibando mu 2015. Aha, rwahangana na bamwe mu bari mu myiyerekano yo kwiyamiriza Perezida Nkurunziza

Impunzi z’Abarundi zahungiye muri Repubulilka ya demokarasi ya Kongo ziri mu nkambi ya Lusenda zisaba Evariste Ndayishimiye, Perezida mushasha w'Uburundi, kuzokubahiriza uburenganzira bwa muntu.

Abavuganye n'Ijwi ry'Amerika, basiguye ko ari nka hamwe yobikora agaca ashira ku murongo umurwi w'urwaruka rwegamiye umugambwe CNDD-FDD, atacobuza ko batahuka. Izo mpuzi zisanga gutaha bacikanga imbonerakure bitobahumuriza.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Abahunze Basaba Perezida Mushashasha Gukosora Imbonerakure

Generali Evariste Ndayishimiye azorahira nka Perezida mushasha w'Uburundi ku munsi wa kane.