Uko wahagera

Ndayishimiye Umwanya n'Umwanya Ararahira nka Perezida w'Uburundi


Evariste Ndayishimiye n'umutambukanyi wiwe
Evariste Ndayishimiye n'umutambukanyi wiwe

Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro ihejeje kwemeza ko Evariste Ndayishimiye, aherutse gutorwa, aba umukuru w’igihugu c’Uburundi.

Sentare ivuze ko abwirizwa kurahirira ayo mabanga vuba. Iyo sentare yari yituwe na Reta ejo ku wa kane kugira ngo ifate ingingo zo gusubiriza Petero Nkurunziza aherutse kwitaba Imana.

Inkuru yateguwe n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru.

Ndayishimiye Umwanya n'Umwanya Ararahira nka Perezida w'Uburundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:19 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG