Utwigoro two kugarukana amahoro mu gihugu ca Kongo, turabandanya. Ejo ku wa kane, umuhuza Prezida Uhuru Kenyatta, yahoze arongoye Kenya, yarabonanye n’intumwa z’umurwi M23 urwanya ubutegetsi mu gihugu ca Kongo. Ni vyo tugarukako muri Murisanga y'uno munsi.