Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, tuvuga ku kibazo c’abigisha n’abandi bakozi ba kaminuza y’Uburundi bariko baja gukorera mu ma kaminuza yo mu bindi bihugu aho baronka umushahara umeze neza kurushiriza n’ingaruka bishobora kugira kuvyirwa kuri iyo kaminuza hamwe n’iterambere ry’igihugu.