Uko wahagera

Boko Haram

Sorry! No content for 1 Gashyantare. See content from before

17-06-2018

Abantu bariko barahanagura ahaturikiye bombe muri reta ya Maiduguri, Nijeriya, itariki 31/07/2015 .
Abantu bariko barahanagura ahaturikiye bombe muri reta ya Maiduguri, Nijeriya, itariki 31/07/2015 .

Abategetsi ba Nijeriya batangaza ko bombe zatewe n’abihevyi zishe abantu bashika 31 mu buraruko bushira ubuseruko bwa reta ya Borno.

Ico gitero cabaye kuri uyu w’Imana mu gisagara ca Damboa.

Nta muhari n’umwe wari bwiyitirire ico gitero ariko ibitero nk’ivyo bikunze kweegekwa ku gatwe k’umuhari w’iterabwoba wa Boko Haram.

Boko Haram yagirizwa urupfu rw’abantu bashika ibihumbi 20 kuva utanguye ibitero mu buraruko bwa Nijeriya mu mwaka w’2009.

Igice cya kane: Abarokotse Boko Haram Baravuga Ibyababayeho n'ibyiringiro Byabo.
please wait

No media source currently available

0:00 0:07:38 0:00

Mu kwezi kwa 12 mu 2016, perezida wa Nigeria, Muhammadu Buhari, yatangaje ko Boko Haram imaze gutsindwa. Hari hashize amezi atatu Ijwi ry’Amerika isuye amajyaruguru y’uburasirazuba bwa Nigeria kwikorera iperereza ku mashusho ya videwo y’ibanga rikomeye yakozwe na Boko Haram ubwayo. Ijwi ry’Amerika ni yo yonyine yayabonye. Yasanze abaturage barokotse bari mu bibazo by’ingutu, by’imibereho n’umutekano. Muri iyi videwo, baravuga ibyababayeho n’ibyiringiro byabo.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG