Abanyagihugu bo mu ntara zitandukanye z’Uburundi baridogera ishirahamwe FOMI rihingura ifumbire. Bavuga ko batayironka ku gihe kandi baba bararishe imbere.
Muri iryo shirahamwe bamenyesha ko ababitura biyongereye arico gituma bacererwa. Bemereye umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ko bagiye gukora ijoro n’umurango kugira batunganirize abanyagihugu.
Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Désiré Hatungimana yabikurikiraniye hagufi ategura ino nkuru
Your browser doesn’t support HTML5