Mu ndwi zibiri ni ho hazomenyekana prezida mushasha wa Nijeriya. Umurundikazi Claudette Ndayisaba, aba i Abuja ku murwa mukuru wa Nijeriya, mu kiganiro yakoranye n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe, yasiguye uko amatora y'ico gihugu yagenze muri rusangi.
Madamu Claudette Ndayisaba Arasigura uko Amatora ya Nijeriya Yagenze