Miss Burundi 2025 Azoronka Miriyoni 25 n'Umuduga Ukoresha Umuyagankuba
Amahiganwa ya Miss Burundi 2025 ageze muri kimwe ca kane c'intambwe ziyagize. Iki gice kibanziriza kimwe ca kabiri, gisigayemwo abakobwa 60 mu 105 bari baremerewe guhiganwa. Rossa Kamariza, ajejwe gutunganya Miss Burundi, mu kiganiro yagitranye na Diane Nininahazwe, arasigura ivy'ano mahiganwa.
Forum