Mu kiganiro Murisanga tugiye kuvuga kw’isabukuru y’imyaka 60 ya Kaminuza y’Uburundi- Rumuri. Ibirori vyo kwigina iyo sabukuru vyatanguye uyu musi ku wa mbere, bikaba bizomara iyi ndwi yose.