Ishami rya ONU ryita ku buzima OMS, ryagaragaje ko mu mwaka wa 2022, abantu miliyoni 254 bari bafite ubwandu buhoraho bw’umwijima wo mu bwoko B (Hépatite). Muri uwo mwaka iyo ndwara yatwaye ubuzima bw’abantu miliyoni imwe n’ibihumbi ijana. Turagaruka ku vy'iyo ngwara muri Murisanga.