Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turavuga ku matora ategekanijwe muri uyu mwaka w’i 2024, aho ibihugu birenga 60 bifise hafi y’ica kabiri c’abantu baba kw’isi bizogirisha amatora yo mu ntara, ay’abashingamateka n’ay’abakuru b’ibihugu mu vyiswe umwaka ukomeye cane w’amatora mu mateka.