Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Mu Burundi umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD watanguje kuri uyu wa kabiri indwi yahariwe umugwanyi. U Rwanda rwatanguye gucandaga ikiza ca Corona abanyagihugu rubasanze mu bigo bitegereramwo imodoka. Benjamin Netanyahu yahoze ari umushikiranganji wa mbere wa Israyeli yarengutse imbere ya sentare ku vyagiriji vya ruswa. Abantu barenga igihumbi barwiriyemnwo abo mu bwoko b’abanyatigreya batawe mu mvuto muri Etiyopiya mu ndwi imwe.

XS
SM
MD
LG