Uko wahagera

Inswa ziraribwa cane n'abantu b'i Makamba


Inswa ziraribwa cane n'abantu b'i Makamba
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:28 0:00

Inswa n'udukoko tuva mu migina tuboneka rimwe gusa mu mpera z'umwaka mu ntara kama za Kumoso Na Buragane (mu buseruko no mu bumanuko bw'Uburundi). Abanyagihugu b'i Makamba baganiriye n'ijwi ry'Amerika bavuga kw’ izo nsw’ari impfungurwa ikundwa cane kandi ifitiye akamaro abayifunguye.

XS
SM
MD
LG