Uko wahagera

Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Murisanga

Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu mu Burundi butangaza ko abanduye ikiza c'ibihara vy'inkende barenze 310. Ino ngwara igisibije muri Kongo, isonga abayanduye, rimwe na rimwe ku bagabo ikabangamira ibihimba vy'irondoka vyabo.

All programs

Up next 05:30 - 06:00 30 min

Amakuru mu Gitondo
See full schedule
XS
SM
MD
LG