Joseph Kony n’abandi bategetsi b'umurwi LRAi baronderwa na sentare mpuzamakungu mpanavyaha
Abantu cumi na batanu canke barenga barakomeretse.
Nta wiyitiriye buno nyene ivyo bitero
Ivyo Prezida Obama yabitangaje ejo ku musi wa gatatu mu kiganiro yatangiye kuri televiziyo ABC.
Francois Hollande yarabonanye n’umukuru w’ishirahamwe ry’ibihugu vy’I Bulaya, Herman Van Rompuy
kw’Ubufransa buzobandanya bushira imbere inyungu zabwo bwaba buyobowe n’umunyepolitike w’I Buryo canke w’I bubanfu.
RWANDA-CYCLING ELECTRICITY
Umushinganthe Sarkozy yaciye atelephona uyo mutegetsi yamutsinze, araheza aremera ko yarushijwe.
Sarkozy yaranebaguwe ku kugene yavyifashemwo ku vyerekeye ubutunzi.
Prezida Obama yavuze kw’uwo bahiganwa Mitt Romney atuma ibibazo vy’Abanyameria basanzwe
Mu kiganiro yahaye Ijwi rya Amerika, yaravuze ukugene ico ciyumviro camujemwo n’umwizero vyamuhaye.
Taylor yatangaje ko ata caha yakoze, akaba afise uburenganzira bw’ukwunguruza.
Ivyabona batangaje kw’abagize ico gitero baturiye amazu atari make bongera barasahura amamangazini.
Taylor yagirizwa ubwicanyi bwabereye muri Sierra Leone
Armeniya ivugako ubwo bwicanyi bwabaye ari ihonyabwoko
Ibibazo biriko bishimikirwako muri ico gikogwa c’ukwiyamamaza vyerekeye ubutunzi n’ukuronsa Abafransa ubuzi.
Prezida Obama yasavye abanyagihugu b’ivyo bihugu bibiri kwirinda iyindi ngwano.
Aba Candidats bose uko ari cumi biyamamaje umusi wabo wa nyuma ku musi wa gatanu.
Prezida mushasha, Joyce Banda, yabaye icegera ca prezida muri Reta ya Mutharika
Abanyarwanda bo muri Amerika yo mu Buraruko bahuriye i Washington DC
Voma ibindi