Haraze igihe kitari gito, urwaruko rwo mu Mugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD, rudomwako urutoke ko ruturubika abanyagihugu..
Igitabo umufasoni Seconde Nimenya yanditse citwa “ Evolving Through Adversity” n’ukuvuga, gutera imbere uiciye mu ntambamyi.
Inyuma y’aho ibiganiro bisubiriye gutangura hagati ya Congo n’abarwanya Ubutegetsi M23, abahinga bavuga kw’ugwaruka rukwiye guhaguruka.
Ku musi wa gatanu mu gitondo, abapolisi bazindukiye ku nyubakwa ya Agathon Rwasa, yahora arongoye umugambwe FNL.
Iyo nama yari ifise umugambi wo kwihweza uburyo bwo kugarukana amahoro mu gihugu ca Republika ya Congo iharanira demokrasi.
Agathon Rwasa yarahaye ikiganiro abamenyeshamakuru, araheza aratangaza kw’akiri umukuru wa FNL
Ako karirimbo gashasha kiswe “ Abantu. N’akaririmbo kacuraranzwe n’umufasoni Emelance Niwizere, abifashijwemwo mu buhinga bw’ivyuma na “ Buddy” Magloire.
AbanyaMali baritavye ayo matora ari benshi kurusha mbere, aho abanyagihugu bitaba amatora batahora barenga 40%.
President Obama yarakoresheje ikoraniro ryakwirikiranywe mu bihugu vyinshi bitandukanye.
Kuva kw’igenekerezo rya 7 gushika kw’igenekerezo rya 14 ry’ukwezi kwa gatanu, mu Burundi haratunganijwe isabukuru ya Cinema igira gatanu.
Abanyecongo bafise amamuko mu buseruko bwa Congo, ntibavuga rumwe ku bituma intambara itarangira mur’iyo ntara.
Muri reta zunze ubumwe, ukwezi kwa gatanu, n’ukwezi gukomeye cane muri za kaminuza zose,.
Club Deperados iri mu ma club yo mu Burundi amaze imyaka itari mike.
Mu misi iheze, inama nshingamateka y’Uburundi, yaremeje integuro y’itegeko rigenga umwuga wo gutangaza amakuru.
Iyo nkuru yaremejwe n’abategetsi bo muri departement ya reta ya amerika.
Abacuraranzi b’umuziki, barashima studio nshasha igunganya imiziki.
Haraheze imyaka itari mike abarundi bahimbaza umusi w’abakunda bita Saint Valentin.
Abashingamateka bo muri reta zunze ubumwe za amerika, bariko barihweza uburyo bwo kunagura amategeko agenga abimukira muri Amerika
Abasirikare b’igihugu c’Ubufaransa barandanya gufashanya n’abasirikare b’igihugu ca Mali mu kwomora abagwanyi b’abaislamu.
Voma ibindi