Uburundi Buvuga ko Abandura Covid-19 muri ico Gihugu Biyongera

Mu Burundi umushikiraganji w'amagara y'abantu yemeza ko ibitigiri vy'abandura umugera wa Covid-19 vyasubiye kuba vyinshi.

Kuri uyu wa mbere yagorobeje atemberera ibibanza bihuriramwo abantu benshi kugira arabe uko ingingo zo kurwanya ico kiza zikurikizwa akaba yemeza ko yasanze bisa n'ivyibagiwe ku murwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura.

Inkuru y'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Nairobi muri Kenya, Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Ubushikiranganji bw'Amagara y'Abantu Ntibutomora Bangahe Banduye