Mu Burundi Ikibazo c'Inzirye Kizokemurwa no "Kuzirya"

Ishusho y'inzirye

Mu gihe isibe ry'inzige rimaze kwibonekeza mu bihugu bitari bike mu karere ka Afurika y'ubuseruko n'ihembe ry'Afurika, Leta y'Uburundi itangaza ko umuti nyamukuru yiteguriye gukoresha ziramutse ziteye Uburundi ari "ukuzinoba n'ukuzifungura".

Umushikiranganji ajejwe uburimyi n'ubworozi Deo Guide Rurema asigura ko no muri kahise ari wo muti abategetsi b'abarundi bakoresheje mu kuzituza.

Inkuru y'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi Ikibazo c'Inzirye Kizokemurwa no "Kuzifungura"