Impunzi Zibana mu Buryo Butemewe n'Amategeko muri Mahama Zarasezeranijwe

Your browser doesn’t support HTML5

Impunzi ziba mw'ikambi ya Mahama, zahimbaje umusi wabahariwe ku civugo kigira kiti: "Twifatanye n'impunzi." Muri iyo kambi, uyu munsi waranzwe no gusezeranya imbere y'amategeko ababana mu buryo butazwi. Kubana vyemewe hagati y'abubakanye ni yo nzira yo kugabanya amatati no kwiteza imbere.