Kongo: Urukiko rwa Gisirikare Rwakatiye 26 igihano cy’Urupfu Harimo n’Abahunze
Your browser doesn’t support HTML5
Urukiko rwa gisirikare rw'i Kinshasa muri Kongo, rwakatiye igihano cy'urupfu abantu 26 bose baregwa kuba mu mutwe w'inyeshyamba za M23 nyuma y'urubanza rukomeye. Abaregwa 21 baburanishijwe badahari kuko bahunze.