Iragi Majoro Petero Buyoya Asigiye Uburundi

Umuhisi Pierre Buyoya yigeze kuyobora Uburundi

Majoro Petero Buyoya yayoboye Uburundi incuro zibiri yitavye Imana ku musi w'ejo. Yayoboye Uburundi kuva mu 1987 gushika mu mwaka w’1993, no kuva mu 1996 gushika mu mwaka 2003. Yari afise imyaka 71.

Ijwi ry'Amerika yashatse kumenya ico azibukirwako n'iragi asigiye Uburundi, ibaza umunyamategeko Filemon Dushimire, umuhinga mu vya politike, akurikiranira hagufi politike y'Uburundi n'akarere.

Yavuganye n'Ijwi ry'Amerika ari muri reta ya Mainemuri Reta zunze Ubumwe za Amerika, asobanura kw'iragi n'ico abantu bazokwibukira kuri Perezida Buyoya, hamwe n'igihugu ashobora gushingurwamwo. Kurikira ikiganiro yagiranye n'umumenyeshamakru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Iragi Majoro Petero Buyoya Asigiye Uburundi