Igitabo ku Nkomezi z'Ikinyarwanda mu Kumira Ikirundi Kibandanya Gutera Impari

Umwanditsi akaba n’umuririmvyi, ndetse akaba ari n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu mu Burundi, Pierre Nkurikiye yishura ibibazo vy'abamenyeshamakuru

Abantu barabandanya kugira ico bavuze ku gitabo giheruka kwandikwa n’Umurundi kivuga ko abenshi mu mpunzi z’Abarundi bahungiye mu Rwanda basa n'abibagiye ururimi kavukire kubera Ikinyarwanda gifise inkomezi zo kumira Ikirundi.

Umwanditsi akaba n’umuririmvyi, ndetse akaba ari n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu mu Burundi, Pierre Nkurikiye abona ko ico gitabo coba canditswe ku mvo za politike. Umwanditsi waco wewe avyamirira kure.

Pierre Claver Niyonkuru, umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika ari i Kigali mu Rwanda yabateguriye ino nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Igitabo ku Nkomezi Ikinyarwanda Gifise mu Kumira Ikirundi Cateye Impari