Amatora y'Abashingamateka mu Burundi

Burundi Election

Abanyagihugu bo ku Musaga muri komini Musaga bavuga bate uko batoye abahanuzi ba za komini n'abashingamateka

Amatora yatunganijwe mu Burundi no mu zindi ntara zose z'igihugu yabaye kuri uyu wa mbere nk’uko byari bitegekanijwe.

Umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Tabitha Mukamusoni yageze muri komini ya Musaga mu bumanuka bw’igisagara ca Bujumbura.

Yavuganye n’abanyagihugu baho, bamusobanurira ibijanye n’aya matora.

Komini ya Musaga ni imwe mu zakunze kubamo imyiyerekano myinshi yiyamiriza ikindi kiringo c’umukuru w’igihugu ca perezida Petero Nkurunziza.

Your browser doesn’t support HTML5

Papier Vox Pop