Amafoto ya Bamwe mu Bakozi b'Ijwi ry'Amerika Bakorera mu Ngo Zabo Kubera COVID19

Umunyamakuru akorera igisata c'Ikirusiya yahinduye inzu studio 

Seeyoung Kim akorera igisata ca Koreya, aha yariko agerageza gufata amajwi yiwe yipfutse impuzu kugira induru zo hanze ntizumvikane. 

Arman Tarjimanyan akorera igisata ca Arumaniya, yafutse ikibambazi c'inzu yiwe na purastike isa n'urwatsi rutoto, yaguze idorali rimwe. Yatoye iryo bara yari amenyereye gukoresha mu biganiro vyiwe vyo kuri televiziyo. 
 

Dino Jahic, akorera igisata ya Bosnia, ari mu kiganiro c'ikibiriraho kuri facebook. Yashize amatara imbere yiwe kugira amasanamu asohoke asa neza. Jahic, aha akorera ni muri salon yo mu nzu iwe.

Amasanamu ya Dino Jahic  akorera mu rugo iwe, avugana na mugenzi we ari mu bakiriko bakorera mu biro vy'Ijwi ry'Amerika 
 
 

Celia Mendoza akorera igisata c'iki Espanyore ariko akorera ikiganiro mu cumba ciwe. 


 

Amasanamu ya Celia Mendoza wo mu gisata ciki Espanyore,  kumwe na bagenzi biwe bandi bakorera muhira  

Mehtap Yilmaz akorera igisata ca Turukiya mu kiganiro n'umutumire bavuganira kuri Skype muhira iwe. 

Umunyamakuru akorera igisata ca Bangladeshi muhira iwe 

Ahakorera Igisata ca Afuganistani hagaragara kubera abamenyeshamakuru bakorera iwabo