Kamarampaka mu Burundi mu Mafoto

Abanyagihugu bo mu ntara ya Ngonzi  barindiriye gutora 

Perezida Nkurunziza imbere yo gutora 

Perezida Nkurunziza ariko aratora 

Abanyagihugu aho batoreye i Ngozi 

Agathon Rwasa amaze gutora 

Agathon Rwasa ariko aratora 

Abanyagihugu bariko baratora i Ngozi 

BurundiReferendum

Icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu c'uburundi Gaston Sindimwo

Abanyagihu bo ku murwa mukruu w' Uburundi Bujumbura

Abari bacungereye umutekano i  Bujumbura 

Bamwe mu batoye i Bujumbura 

Icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu c'Uburundi Gaston Sindimwo