Abarundi Bashigikiye Icemezo cafashwe na Perezida Biden nk'Akarorero ku Banyafurika
Your browser doesn’t support HTML5
Abarundi batandukanye baba mu Rwanda bavuga ko bishimira icemezo Perezida wa Amerika yafashe co guhagarika kwitoreza kuyobora ico gihugu kandi mu mategeko yaravyemerewe. Gusa bamwe muri bo bavuga ko umwanya yageneye icegera ciwe Harris yari kuwuha Blinken.